Guhamagarira abanyamitahe bose babishoboye kuzana imitahe yabo mu mugambi wo kwubaka kijambere isoko nkuru ya Bujumbura
Nkuko vyasabwe na Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu c’UBURUNDI mu ndwi yahariwe abarundi barangurira imirimo hanze y’igihugu (Diaspora Burundaise) igenekerezo rya 30/7/2024, hafatiwe no kuvyigwa bimaze gukorwa n’ikigo OBUHA kumugambi wo kwubaka kijambere isoko nkuru ya Bujumbura, ico kigo gihamagarira abanyamitahe bigenga gushira imitahe muri uwo mugambi. Ni muri iyo ntumbero igenekerezo rya 8/8/2024, uwurongoye ikigo OBUHA […]

![Commissaire_General_OBUHA[1] Commissaire Général de l'OBUHA](https://obuha.bi/wp-content/uploads/2024/08/Commissaire_General_OBUHA1-700x800.jpg)










Users Today : 55
Users Yesterday : 149
This Month : 2052
This Year : 12025
Total Users : 61711
Views Today : 196
Total views : 134704
Who's Online : 1